馃挜馃敩 Kuberiki 馃敩馃挜
William Guillaume Muringa
Intumbero yiyi Podcast ni kugira dukeburane, tugire inyota yo kumenya amategeko atugenga. Tumenye ivyo dukwiye kwirinda, tumyenye nico umuntu yokora ahuye n鈥檃bagiziba nabi. Ni kugira tumenye kandi n鈥檌biba ahandi ntihagire uwuhava abigwamwo atabimenye, avuge ngo ntavyo narinzi kuko icaha ntibakigukurako muri Sentare kubera ubujiji. Kumenya amategeko ni ishingano y鈥檜munyagihugu wese.